Yohani 11:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Nya muntu yari yapfuye arasohoka, amaguru n’amaboko bizingiriyeko ibitambara+, mu maso hiwe na ho hazingiriye impuzu. Yezu ababwira ati: “Mutekurure mumureke agende.” Abaheburayo 11:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.
44 Nya muntu yari yapfuye arasohoka, amaguru n’amaboko bizingiriyeko ibitambara+, mu maso hiwe na ho hazingiriye impuzu. Yezu ababwira ati: “Mutekurure mumureke agende.”
35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.