ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 12:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ariko abasuku biwe+ barahaguruka baja hamwe mu mugambi mubi+ maze bagarikira Yehowasi ku nzu+ y’Ikidunduri+, ku nzira imanuka i Sila.

  • 2 Ngoma 24:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Maze bagiye bavuye iwe (kuko bamusize arwaye indwara nyinshi+), abasuku biwe bamugīra umugambi mubi+ kubera amaraso+ ya bene Yehoyada+ umuherezi; bamwicira ku buriri bwiwe, arapfa+. Maze bamuhamba mu Gisagara ca Dawidi+, mugabo ntibamuhamba mu mva z’abami+.

  • 2 Ngoma 25:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ubwami bukimara gukomera kuri we, aca yica+ abasuku biwe+ bari barishe umwami se wiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika