Guharura 35:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nimba yamusunitse+ abitumwe n’urwanko canke nimba igihe yari amubundiye+ yamuteye ikintu kugira ngo apfe, Gusubira mu vyagezwe 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ariko mu gihe hogira umuntu yanka+ mugenziwe, akamubundira maze akamugurukirako akamukubita, agapfa+, hanyuma nya muntu agahungira muri kimwe muri ivyo bisagara,
20 Nimba yamusunitse+ abitumwe n’urwanko canke nimba igihe yari amubundiye+ yamuteye ikintu kugira ngo apfe,
11 “Ariko mu gihe hogira umuntu yanka+ mugenziwe, akamubundira maze akamugurukirako akamukubita, agapfa+, hanyuma nya muntu agahungira muri kimwe muri ivyo bisagara,