2 Abami 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hazayeli aca avuga ati: “Kubera iki umukama wanje ariko ararira?” Na we ati: “Kubera nzi neza ikibi+ uzokorera bene Isirayeli. Ibibanza vyabo bikingijwe ibihome uzobiha umuriro, abagabo b’abahizi babo ubicishe inkota, abana babo ubasavye+, abagore babo bibungenze na bo ubafomoze+.” Amosi 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya bene Amoni+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma+, kuko bafomoje abagore bibungenze b’i Gileyadi, mu ntumbero yo kwiyagurira akarere+.
12 Hazayeli aca avuga ati: “Kubera iki umukama wanje ariko ararira?” Na we ati: “Kubera nzi neza ikibi+ uzokorera bene Isirayeli. Ibibanza vyabo bikingijwe ibihome uzobiha umuriro, abagabo b’abahizi babo ubicishe inkota, abana babo ubasavye+, abagore babo bibungenze na bo ubafomoze+.”
13 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘“Kubera imigararizo itatu ya bene Amoni+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma+, kuko bafomoje abagore bibungenze b’i Gileyadi, mu ntumbero yo kwiyagurira akarere+.