Yeremiya 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+.
5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+.