Yobu 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yuko akamo k’umunezero k’ababisha ari kagufi+Be n’uko umunezero w’umuhuni ari uw’akanya gato? Imigani 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kubera ukugabitanya kw’igihugu, abaganwa baco bakurakuranwa baba benshi+, mugabo biciye ku muntu ategera kandi afise ubumenyi bw’ibigororotse, umuganwa azogumaho igihe kirekire+.
2 Kubera ukugabitanya kw’igihugu, abaganwa baco bakurakuranwa baba benshi+, mugabo biciye ku muntu ategera kandi afise ubumenyi bw’ibigororotse, umuganwa azogumaho igihe kirekire+.