17 Kandi umwami ubwiwe yari yagenye ca gisongerezi yari asanzwe yishimikiza ukuboko kwaco+ kugira ngo kirabe irembo; nuko abantu baguma bagihonyangira+ mw’irembo, ku buryo gipfa, nk’uko wa muntu w’Imana y’ukuri yari yavuze+, igihe yavuga, ca gihe umwami yamanuka aho ari.