Yosuwa 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Vyongeye, Yosuwa arahindukira ico gihe+ maze afata Hazori+; umwami waho amwicisha inkota+, kuko imbere y’aho, Hazori cari co gisagara gikuru muri ubwo bwami bwose. Abacamanza 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Yehova abagurisha+ mu kuboko kwa Yabini umwami wa Kanani yaganza i Hazori+; kandi umukuru w’ingabo ziwe yari Sisera+, uno akaba yaba i Harosheti+ h’amahanga.
10 Vyongeye, Yosuwa arahindukira ico gihe+ maze afata Hazori+; umwami waho amwicisha inkota+, kuko imbere y’aho, Hazori cari co gisagara gikuru muri ubwo bwami bwose.
2 Nuko Yehova abagurisha+ mu kuboko kwa Yabini umwami wa Kanani yaganza i Hazori+; kandi umukuru w’ingabo ziwe yari Sisera+, uno akaba yaba i Harosheti+ h’amahanga.