1 Abami 14:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Amaherezo Rehobowamu aryama hamwe na ba sekuruza biwe hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza mu Gisagara ca Dawidi+. Nyina yitwa Nayama Umwamonikazi+. Nuko Abiyamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
31 Amaherezo Rehobowamu aryama hamwe na ba sekuruza biwe hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza mu Gisagara ca Dawidi+. Nyina yitwa Nayama Umwamonikazi+. Nuko Abiyamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.