2 Ngoma 28:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Peka+ mwene Remaliya+ yica muri Yuda abantu ibihumbi ijana na mirongo ibiri ku musi umwe, bose bakaba bari abagabo b’intwari, kuko bari bahevye Yehova+ Imana ya ba sekuruza babo.
6 Nuko Peka+ mwene Remaliya+ yica muri Yuda abantu ibihumbi ijana na mirongo ibiri ku musi umwe, bose bakaba bari abagabo b’intwari, kuko bari bahevye Yehova+ Imana ya ba sekuruza babo.