Yesaya 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko mu misi ya Ahazi+ mwene Yotamu, Yotamu mwene Uziya, umwami wa Yuda, Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya, umwami wa Isirayeli, baduga i Yeruzalemu kuhatera, mugabo harabananira+. Yesaya 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi Yehova azoduza hejuru abarwanizi ba Rezini ngo bamurwanye, kandi abansi b’uyo azobashoreza umuhunda+,
7 Nuko mu misi ya Ahazi+ mwene Yotamu, Yotamu mwene Uziya, umwami wa Yuda, Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya, umwami wa Isirayeli, baduga i Yeruzalemu kuhatera, mugabo harabananira+.
11 Kandi Yehova azoduza hejuru abarwanizi ba Rezini ngo bamurwanye, kandi abansi b’uyo azobashoreza umuhunda+,