Guharura 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Baze bashirwe kumwe nawe, kandi baze bashitse ico babwirizwa gukorera ihema ry’ihuriro ku vyerekeye igikorwa cose c’ihema, kandi ntihaze hagire uw’ahandi* abegera+. Guharura 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Wewe n’abahungu bawe bari kumwe nawe mukwiye kuzigama ubuherezi bwanyu ku vyerekeye igicaniro vyose no ku vyerekeye ibiri inyuma y’irido+; kandi muze mukore igikorwa+. Nzotanga ubuherezi bwanyu bwa gikorwa c’ingabirano, kandi uw’ahandi azokwegera aze yicwe+.”
4 Baze bashirwe kumwe nawe, kandi baze bashitse ico babwirizwa gukorera ihema ry’ihuriro ku vyerekeye igikorwa cose c’ihema, kandi ntihaze hagire uw’ahandi* abegera+.
7 Wewe n’abahungu bawe bari kumwe nawe mukwiye kuzigama ubuherezi bwanyu ku vyerekeye igicaniro vyose no ku vyerekeye ibiri inyuma y’irido+; kandi muze mukore igikorwa+. Nzotanga ubuherezi bwanyu bwa gikorwa c’ingabirano, kandi uw’ahandi azokwegera aze yicwe+.”