2 Abami 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu mwaka ugira kane w’Umwami Hezekiya, ni ukuvuga umwaka ugira indwi wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Shalumaneseri+ umwami wa Ashuri aduga gutera Samariya maze arahasugereza+. Hoseya 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Haradutse intureka mu bantu bawe+, kandi ibisagara vyawe bikingijwe ibihome bizonyagwa vyose+, nk’uko Shalumani yanyaze inzu ya Arubeli, ku musi w’intambara igihe basābiriza inabibondo iruhande y’abana biwe+.
9 Mu mwaka ugira kane w’Umwami Hezekiya, ni ukuvuga umwaka ugira indwi wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Shalumaneseri+ umwami wa Ashuri aduga gutera Samariya maze arahasugereza+.
14 Haradutse intureka mu bantu bawe+, kandi ibisagara vyawe bikingijwe ibihome bizonyagwa vyose+, nk’uko Shalumani yanyaze inzu ya Arubeli, ku musi w’intambara igihe basābiriza inabibondo iruhande y’abana biwe+.