ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 49:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ku vya Edomu, ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Mbega nta bukerebutsi+ bukiri i Temani+? Mbega impanuro yayogeye ku bafise ugutegera? Mbega ubukerebutsi bwabo bwaboze+?

  • Amosi 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nanje nzorungika umuriro i Temani+, urigate iminara yo kubamwo y’i Bozira+.’

  • Obadiya 9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Abagabo bawe b’abanyenkomezi bazotekerwa koko n’ubwoba+, ewe Temani+, kuko umwe wese azorandurwa+ mu karere k’imisozi ka Esawu mu kwicwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika