1 Ngoma 6:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ku bijanye na Asafu+ mwene wabo, uwakorera igikorwa iburyo bwiwe: Asafu yari mwene Berekiya+, Berekiya mwene Shimeya, 1 Ngoma 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muri bene Asafu: Zakuri na Yozefu+ na Netaniya na Asharela+, bene Asafu bari bayobowe na Asafu+, uwavuga ubuhanuzi ayobowe n’umwami. Zaburi 83:akajambo k’intangamarara Bibiliya y’isi nshasha Ururirimbo. Agahibongozo ka Asafu+.
39 Ku bijanye na Asafu+ mwene wabo, uwakorera igikorwa iburyo bwiwe: Asafu yari mwene Berekiya+, Berekiya mwene Shimeya,
2 Muri bene Asafu: Zakuri na Yozefu+ na Netaniya na Asharela+, bene Asafu bari bayobowe na Asafu+, uwavuga ubuhanuzi ayobowe n’umwami.