1 Ngoma 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko ubupfindo burasohoka: ubwa mbere buba ubwa Asafu ku bwa Yozefu+, ubugira kabiri buba ubwa Gedaliya+ (we na bene wabo be n’abahungu biwe bari cumi na babiri);
9 Nuko ubupfindo burasohoka: ubwa mbere buba ubwa Asafu ku bwa Yozefu+, ubugira kabiri buba ubwa Gedaliya+ (we na bene wabo be n’abahungu biwe bari cumi na babiri);