Guharura 31:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Musa arākarira abagabo bagenywe bo mu nteko zo kurwana+, abakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana bari bavuye kugaba igitero ca gisirikare. 1 Samweli 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kandi azokwigenera abakuru baganza ibihumbi+ n’abakuru baganza mirongo itanitanu+, abandi na bo kugira bamurimire+ no kugira bashwabure umwimbu wiwe+ no kugira bahingure ibirwanisho+ vyiwe n’ivyuma vy’imikogote yiwe+.
14 Nuko Musa arākarira abagabo bagenywe bo mu nteko zo kurwana+, abakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana bari bavuye kugaba igitero ca gisirikare.
12 kandi azokwigenera abakuru baganza ibihumbi+ n’abakuru baganza mirongo itanitanu+, abandi na bo kugira bamurimire+ no kugira bashwabure umwimbu wiwe+ no kugira bahingure ibirwanisho+ vyiwe n’ivyuma vy’imikogote yiwe+.