Ivyakozwe 26:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko kubera yuko naronse imfashanyo+ iva ku Mana ndabandanya kugeza uno musi gushinga intahe ku bato no ku bahambaye, mugabo ata kindi mvuga atari ivyo Abahanuzi+ be na Musa+ bavuze ko vyari bigiye kuba,
22 Ariko kubera yuko naronse imfashanyo+ iva ku Mana ndabandanya kugeza uno musi gushinga intahe ku bato no ku bahambaye, mugabo ata kindi mvuga atari ivyo Abahanuzi+ be na Musa+ bavuze ko vyari bigiye kuba,