2 Samweli 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Dawidi arangije gushikana nya bimazi biturirwa na nya bimazi vy’ugusangira, aca ahezagira+ abantu mw’izina rya Yehova+ nyen’ingabo.
18 Dawidi arangije gushikana nya bimazi biturirwa na nya bimazi vy’ugusangira, aca ahezagira+ abantu mw’izina rya Yehova+ nyen’ingabo.