Kuvayo 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+. Zaburi 95:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko ari Imana yacu, natwe tukaba abantu bo mu buragiriro bwayo n’intama zo mu kuboko kwayo+.Uno musi nimwumviriza ijwi ryiwe+,
2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+.
7 Kuko ari Imana yacu, natwe tukaba abantu bo mu buragiriro bwayo n’intama zo mu kuboko kwayo+.Uno musi nimwumviriza ijwi ryiwe+,