Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: Itanguriro 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nanje nzoshira isezerano ryanje hagati yanje nawe+, kugira nkugwize cane rwose+.”
18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: