Gusubira mu vyagezwe 33:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nta n’umwe ameze nka ya Mana y’ukuri+ y’i Yeshuruni+,Imwe igendera kw’ijuru kugira igutabare+No ku majuru yuzuye ibicu mu bukuru bwayo+. Zaburi 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe Yehova Mukama wacu, ese ukuntu izina ryawe ari agakomeye mw’isi yose+,Wewe w’iteka riyagwa hejuru y’amajuru+!
26 Nta n’umwe ameze nka ya Mana y’ukuri+ y’i Yeshuruni+,Imwe igendera kw’ijuru kugira igutabare+No ku majuru yuzuye ibicu mu bukuru bwayo+.
8 Ewe Yehova Mukama wacu, ese ukuntu izina ryawe ari agakomeye mw’isi yose+,Wewe w’iteka riyagwa hejuru y’amajuru+!