Zaburi 97:1 Bibiliya y’isi nshasha 97 Yehova ubwiwe acitse umwami+! Isi nigire akanyamuneza+.Ya mazinga menshi nanezerwe+. Zaburi 98:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimwihe akaruru k’intsinzi mukerekeza kuri Yehova, yemwe abo kw’isi mwese+!Nimugire akamwemwe, mwihe akamo k’umunezero, muhibongoze+.
4 Nimwihe akaruru k’intsinzi mukerekeza kuri Yehova, yemwe abo kw’isi mwese+!Nimugire akamwemwe, mwihe akamo k’umunezero, muhibongoze+.