- 
	                        
            
            2 Ngoma 5:13Bibiliya y’isi nshasha
 - 
                            
- 
                                        
13 nuko abavuza inzumbete n’abaririmvyi, bakimara kuba nk’umuntu umwe+, mu gutuma humvikana ijwi rimwe mu gushemeza no gukengurukira Yehova, vyongeye bakimara kwumvikanisha ijwi bakoresheje inzumbete n’ivyuma bisāma n’ibicurarangisho vy’ururirimbo+, bagashemeza+ Yehova, “kuko ari mwiza+, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+ ari ubwo gushika igihe kitagira urugero,” nya nzu ica yuzura igicu+, egome, nya nzu ya Yehova+,
 
 -