Guharura 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+.
6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+.