2 Samweli 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi.
9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, kandi nzorandura abansi bawe bose imbere yawe+; kandi ata gukeka nzoguha kugira izina rihambaye+, nk’izina ry’abahambaye bari mw’isi.