ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Ati: “Jewe, jewe nyene, nimitse umwami wanje+

      Kuri Siyoni+, umusozi wanje mweranda+.”

  • Daniyeli 2:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 “Mu misi y’abo bami+, Imana yo mw’ijuru+ izoshinga ubwami+ butazokwigera busenyurwa+. Kandi ubwo bwami ntibuzohabwa ikindi gisata c’abantu+. Buzojanjagura ubwo bwami bwose bubuherengeteze+, yamara bwobwo buzohangama gushika ibihe bitagira urugero+,

  • Yohani 1:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Natanayeli aramwishura ati: “Rabi, uri Umwana w’Imana+, uri Umwami+ wa Isirayeli.”

  • 2 Petero 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nkako, aho ni ho muzoronswa rwose ukwinjira+ mu bwami budahera+ bw’Umukama wacu n’Umukiza Yezu Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika