Matayo 22:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 “Mwibaza iki kuri Kristu? Ni mwene nde?” Bamubwira bati: “Ni mwene Dawidi+.” Ivyakozwe 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi ivy’ukwo kuba yaramuzuye mu bapfuye ngo ntaze asubire ku kubora, yabivuze muri ubu buryo ati: ‘Nzobaha ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.’ Ivyahishuwe 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Jewe Yezu, narungitse umumarayika wanje kubashingira intahe y’ivyo bintu ku bw’amashengero. Ni jewe muzi+ n’uruvyaro+ rwa Dawidi, nkaba n’inyenyeri y’agatondo yakaka+.’”
34 Kandi ivy’ukwo kuba yaramuzuye mu bapfuye ngo ntaze asubire ku kubora, yabivuze muri ubu buryo ati: ‘Nzobaha ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.’
16 “‘Jewe Yezu, narungitse umumarayika wanje kubashingira intahe y’ivyo bintu ku bw’amashengero. Ni jewe muzi+ n’uruvyaro+ rwa Dawidi, nkaba n’inyenyeri y’agatondo yakaka+.’”