Zaburi 139:1 Bibiliya y’isi nshasha 139 Ewe Yehova, waranseranguye, kandi uranzi+. Imigani 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ukuzimu be n’ikibanza c’agatikizo+ biri imbere ya Yehova+. Hari akantu imitima y’abana b’abantu+! Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.
139 Ewe Yehova, waranseranguye, kandi uranzi+. Imigani 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ukuzimu be n’ikibanza c’agatikizo+ biri imbere ya Yehova+. Hari akantu imitima y’abana b’abantu+! Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.
13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.