2 Samweli 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Dawidi abandanya kuganza Isirayeli yose+; kandi Dawidi aguma ashitsa ingingo y’ubutungane* be n’ubugororotsi+ ku bw’abantu biwe bose+. 2 Samweli 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Imana ya Isirayeli yaravuze,Igitandara ca Isirayeli carambwiye+ giti:‘Igihe uwuganza abantu agororotse+,Akaganza mu gutinya Imana+, Zaburi 78:72 Bibiliya y’isi nshasha 72 Atangura kubaragira nk’uko ugutungana kw’umutima wiwe kuri+,Atangura kubayobora akoresheje ubuhanga bw’amaboko yiwe+.
15 Nuko Dawidi abandanya kuganza Isirayeli yose+; kandi Dawidi aguma ashitsa ingingo y’ubutungane* be n’ubugororotsi+ ku bw’abantu biwe bose+.
3 Imana ya Isirayeli yaravuze,Igitandara ca Isirayeli carambwiye+ giti:‘Igihe uwuganza abantu agororotse+,Akaganza mu gutinya Imana+,
72 Atangura kubaragira nk’uko ugutungana kw’umutima wiwe kuri+,Atangura kubayobora akoresheje ubuhanga bw’amaboko yiwe+.