2 Samweli 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yowabu+ mwene Zeruwiya ni we yagaba ingabo; Yehoshafati+ mwene Ahiludi na we akaba umukarani. 1 Ngoma 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Dawidi avuga rero ati: “Uwuzotangura gukubita+ Abayebusi wese, azoba umukuru n’umuganwa.” Nuko Yowabu+ mwene Zeruwiya aba ari we atangura kuduga, maze aba umukuru.
6 Dawidi avuga rero ati: “Uwuzotangura gukubita+ Abayebusi wese, azoba umukuru n’umuganwa.” Nuko Yowabu+ mwene Zeruwiya aba ari we atangura kuduga, maze aba umukuru.