Yosuwa 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kuva i Aroweri+ hari ku nkombe y’umwonga wa Arunoni+, n’igisagara kiri hagati muri uwo mwonga, n’amatāba yose ya Medeba+ gushika i Diboni+;
9 kuva i Aroweri+ hari ku nkombe y’umwonga wa Arunoni+, n’igisagara kiri hagati muri uwo mwonga, n’amatāba yose ya Medeba+ gushika i Diboni+;