2 Samweli 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nayo bene Amoni, babona ko Abasiriya bahunze, na bo barahunga bava imbere ya Abishayi hanyuma binjira mu gisagara+. Inyuma y’ivyo, Yowabu asubira inyuma, areka bene Amoni, aza i Yeruzalemu+.
14 Nayo bene Amoni, babona ko Abasiriya bahunze, na bo barahunga bava imbere ya Abishayi hanyuma binjira mu gisagara+. Inyuma y’ivyo, Yowabu asubira inyuma, areka bene Amoni, aza i Yeruzalemu+.