1 Ngoma 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yese na we avyara imfura yiwe Eliyabu+, Abinadabu+ aba uwugira kabiri, Shimeya+ uwugira gatatu,