-
2 Ngoma 28:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Kandi ng’aho hari umuhanuzi wa Yehova yitwa Odedi. Arasohoka rero aja imbere y’ingabo zari zije i Samariya, azibwira ati: “Ehe, ubushangashirwe+ Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu yagiriye Yuda ni bwo bwatumye ibatanga mu kuboko kwanyu, mwica abantu muri bo mubigiranye ubushangashirwe+ bwaduze gushika mu majuru+.
-