1 Abami 21:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ahabu akimara kwumva ayo majambo, atantamura impuzu ziwe yongera ashira igunira+ ku mubiri wiwe; atangura kwisonzesha, aguma aryama mw’igunira kandi agenda yiraburaniwe+. 2 Abami 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umwami Hezekiya+ akimara kuvyumva, aca atantamura impuzu ziwe+ maze yambara igunira+ araheza yinjira mu nzu ya Yehova+. Zaburi 35:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo jewe, igihe bari barwaye, icambarwa canje ryari igunira+;Nibabarisha ukwisonzesha+,Isengesho ryanje rikagaruka ku gikiriza canje+.
27 Ahabu akimara kwumva ayo majambo, atantamura impuzu ziwe yongera ashira igunira+ ku mubiri wiwe; atangura kwisonzesha, aguma aryama mw’igunira kandi agenda yiraburaniwe+.
19 Umwami Hezekiya+ akimara kuvyumva, aca atantamura impuzu ziwe+ maze yambara igunira+ araheza yinjira mu nzu ya Yehova+.
13 Nayo jewe, igihe bari barwaye, icambarwa canje ryari igunira+;Nibabarisha ukwisonzesha+,Isengesho ryanje rikagaruka ku gikiriza canje+.