2 Samweli 24:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Arawuna aravye epfo akabona umwami n’abasuku biwe baza bamugana, aca arasohoka hanyuma yunamira+ umwami, mu maso hiwe hashika hasi+.
20 Arawuna aravye epfo akabona umwami n’abasuku biwe baza bamugana, aca arasohoka hanyuma yunamira+ umwami, mu maso hiwe hashika hasi+.