2 Samweli 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze Arawuna avuga ati: “Ni kubera iki umukama wanje umwami aje ku musuku wiwe?” Dawidi aca avuga ati: “Ni kugira ngo ndakugurire+ imbuga y’ikubitiro ngo nubakire igicaniro Yehova, ikiza+ kibone guhagarara kive ku bantu.”
21 Maze Arawuna avuga ati: “Ni kubera iki umukama wanje umwami aje ku musuku wiwe?” Dawidi aca avuga ati: “Ni kugira ngo ndakugurire+ imbuga y’ikubitiro ngo nubakire igicaniro Yehova, ikiza+ kibone guhagarara kive ku bantu.”