Abalewi 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 hanyuma umuriro urasohoka uvuye imbere ya Yehova+, utangura kuyigiza rya shikanwa riturirwa na vya bipande binuze vyo ku gicaniro. Abantu bose ngo babibone, baraduka biha akaruru+, bagwa bubamye. 1 Abami 18:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nuko umuriro+ wa Yehova urakoroka maze urigata nya shikanwa riturirwa+, na nya nkwi, na ya mabuye, n’umukungugu, ufyeta na ya mazi yari mu muvo+. 2 Ngoma 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Salomo akirangiza gusenga+, umuriro umanuka uvuye mu majuru+, utangura kuyigiza ishikanwa riturirwa+ be n’ibimazi, ubuninahazwa bwa Yehova+ na bwo bwuzura iyo nzu.
24 hanyuma umuriro urasohoka uvuye imbere ya Yehova+, utangura kuyigiza rya shikanwa riturirwa na vya bipande binuze vyo ku gicaniro. Abantu bose ngo babibone, baraduka biha akaruru+, bagwa bubamye.
38 Nuko umuriro+ wa Yehova urakoroka maze urigata nya shikanwa riturirwa+, na nya nkwi, na ya mabuye, n’umukungugu, ufyeta na ya mazi yari mu muvo+.
7 Nuko Salomo akirangiza gusenga+, umuriro umanuka uvuye mu majuru+, utangura kuyigiza ishikanwa riturirwa+ be n’ibimazi, ubuninahazwa bwa Yehova+ na bwo bwuzura iyo nzu.