1 Abami 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umwami aja i Gibeyoni+ gushikanirayo ibimazi, kuko ico cari ikibanza gikirurutse+ gikomeye. Salomo atangura gushikana kuri ico gicaniro ibimazi igihumbi biturirwa+. 1 Ngoma 16:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 asiga na Zadoki+ umuherezi na bene wabo abaherezi imbere y’itaberenakulo ya Yehova ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+, 2 Ngoma 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Salomo ari kumwe n’ishengero ryose baja ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+; kuko ng’aho ari ho hari ihema ry’ihuriro+ ry’Imana y’ukuri, iryo Musa umusavyi+ wa Yehova yari yarakoreye mu gahinga.
4 Nuko umwami aja i Gibeyoni+ gushikanirayo ibimazi, kuko ico cari ikibanza gikirurutse+ gikomeye. Salomo atangura gushikana kuri ico gicaniro ibimazi igihumbi biturirwa+.
39 asiga na Zadoki+ umuherezi na bene wabo abaherezi imbere y’itaberenakulo ya Yehova ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+,
3 Maze Salomo ari kumwe n’ishengero ryose baja ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+; kuko ng’aho ari ho hari ihema ry’ihuriro+ ry’Imana y’ukuri, iryo Musa umusavyi+ wa Yehova yari yarakoreye mu gahinga.