2 Samweli 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko uwo musi Dawidi atinya Yehova+, avuga ati: “Isandugu ya Yehova izoza iwanje gute+?” Zaburi 119:120 Bibiliya y’isi nshasha 120 Inyama zanje zahinze agashitsi kubera ukukugirira ubwoba+;Kandi kubera ingingo zawe z’ubutungane, naratinye+.
120 Inyama zanje zahinze agashitsi kubera ukukugirira ubwoba+;Kandi kubera ingingo zawe z’ubutungane, naratinye+.