Itanguriro 30:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Rasheli avuga ati: “Naniganye na mwene wacu ukunigana kw’inguvu. Kandi natahukanye intsinzi!” Nuko amwita Nafutali+. Itanguriro 49:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Nafutali+ ni impongokazi irehutse. Atanga amajambo y’igikundiro+.
8 Maze Rasheli avuga ati: “Naniganye na mwene wacu ukunigana kw’inguvu. Kandi natahukanye intsinzi!” Nuko amwita Nafutali+.