Gusubira mu vyagezwe 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse. 2 Ngoma 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 I Yeruzalemu na ho nyene Yehoshafati ahashira bamwe mu Balewi+ n’abaherezi+, na bamwe mu bakuru b’amazu ya ba sekuru+ ba Isirayeli ngo bace imanza+ za Yehova n’imanza+ z’ababa i Yeruzalemu.
18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse.
8 I Yeruzalemu na ho nyene Yehoshafati ahashira bamwe mu Balewi+ n’abaherezi+, na bamwe mu bakuru b’amazu ya ba sekuru+ ba Isirayeli ngo bace imanza+ za Yehova n’imanza+ z’ababa i Yeruzalemu.