1 Ngoma 6:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Aba ni bo Dawidi+ yahaye amabango yo kuyobora ivy’ukuririmba ku nzu ya Yehova, aho ya Sandugu imariye kuronka ahantu h’ukuruhukira+. 1 Ngoma 9:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bano ni bo bari abaririmvyi+, abakuru ba ba se b’Abalewi mu vyumba vy’uburiro+, abari barakuweko ayandi mabango+; kuko bategerezwa kuba bari mu gikorwa cabo ku murango no mw’ijoro+.
31 Aba ni bo Dawidi+ yahaye amabango yo kuyobora ivy’ukuririmba ku nzu ya Yehova, aho ya Sandugu imariye kuronka ahantu h’ukuruhukira+.
33 Bano ni bo bari abaririmvyi+, abakuru ba ba se b’Abalewi mu vyumba vy’uburiro+, abari barakuweko ayandi mabango+; kuko bategerezwa kuba bari mu gikorwa cabo ku murango no mw’ijoro+.