1 Ngoma 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ku bijanye na bene wabo: kuri Eliyezeri+ hari Rehabiya+ umuhungu wiwe na Yeshaya wa Rehabiya na Yoramu wa Yeshaya na Zikiri wa Yoramu na Shelomoti wa Zikiri.
25 Ku bijanye na bene wabo: kuri Eliyezeri+ hari Rehabiya+ umuhungu wiwe na Yeshaya wa Rehabiya na Yoramu wa Yeshaya na Zikiri wa Yoramu na Shelomoti wa Zikiri.