1 Abami 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Elihorefu na Ahiya, bene Shisha, abanyamabanga+; Yehoshafati+ mwene Ahiludi, umukarani; 2 Ngoma 34:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 bari bajejwe abatwara imizigo+, bakaba n’abacungezi+ b’abakora igikorwa bose ku bijanye n’ibikorwa bitandukanye; kandi mu Balewi+ harimwo abanyamabanga+ n’abarongozi n’abarinzi b’amarembo+.
13 bari bajejwe abatwara imizigo+, bakaba n’abacungezi+ b’abakora igikorwa bose ku bijanye n’ibikorwa bitandukanye; kandi mu Balewi+ harimwo abanyamabanga+ n’abarongozi n’abarinzi b’amarembo+.