Luka 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu misi ya Herodi+, umwami wa Yudaya, hariho umuherezi umwe yitwa Zekariya wo mu muce wa Abiya+, kandi yari afise umugore wo mu bakobwa ba Aroni+, akaba yitwa Elizabeti.
5 Mu misi ya Herodi+, umwami wa Yudaya, hariho umuherezi umwe yitwa Zekariya wo mu muce wa Abiya+, kandi yari afise umugore wo mu bakobwa ba Aroni+, akaba yitwa Elizabeti.