Luka 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Igihe rero yariko arakora bwa muherezi mu gikorwa c’umuce wiwe+ imbere y’Imana, Luka 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Imisi y’igikorwa ciwe gikorerwa abantu irangiye+, ataha i muhira iwe.