1 Ngoma 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Vyongeye, babagabanganya biciye ku bupfindo+, bano kumwe na bariya, kuko hategerezwa kubaho abakuru b’ahantu heranda+ n’abakuru bakorera Imana y’ukuri mu bahungu ba Eleyazari no mu bahungu ba Itamari.
5 Vyongeye, babagabanganya biciye ku bupfindo+, bano kumwe na bariya, kuko hategerezwa kubaho abakuru b’ahantu heranda+ n’abakuru bakorera Imana y’ukuri mu bahungu ba Eleyazari no mu bahungu ba Itamari.