1 Abami 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umwami atangura gukora muri ivyo biti vya alugumu ibishigikizo vy’inzu ya Yehova+ n’ivy’inzu y’umwami, n’inanga+ be n’ibicurarangisho vy’imirya+ vy’abaririmvyi. Ibiti vya alugumu nk’ivyo ntivyigeze kuza canke ngo biboneke gushika n’uyu musi. Zaburi 81:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwahuke agahibongozo+, mufate akagoma+,Inanga ihimbaye kumwe n’igicurarangisho c’imirya+.
12 Umwami atangura gukora muri ivyo biti vya alugumu ibishigikizo vy’inzu ya Yehova+ n’ivy’inzu y’umwami, n’inanga+ be n’ibicurarangisho vy’imirya+ vy’abaririmvyi. Ibiti vya alugumu nk’ivyo ntivyigeze kuza canke ngo biboneke gushika n’uyu musi.